2 Samweli 19:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Maze ajabuka* uruzi kugira ngo afashe abo mu rugo rw’umwami kujabuka, akore n’ivyo umwami yipfuza vyose. Umwami agira ajabuke Yorodani, Shimeyi mwene Gera aramwunamira ashika hasi.
18 Maze ajabuka* uruzi kugira ngo afashe abo mu rugo rw’umwami kujabuka, akore n’ivyo umwami yipfuza vyose. Umwami agira ajabuke Yorodani, Shimeyi mwene Gera aramwunamira ashika hasi.