2 Samweli 19:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Mugabo Dawidi avuga ati: «Mbega yemwe bene Zeruwiya+, ivyo birabaraba? Kubera iki uyu musi mushaka kundwanya? Nta n’umwe agenda yishwe muri Isirayeli uyu musi. Erega ndazi neza ko ndi umwami wa Isirayeli.»
22 Mugabo Dawidi avuga ati: «Mbega yemwe bene Zeruwiya+, ivyo birabaraba? Kubera iki uyu musi mushaka kundwanya? Nta n’umwe agenda yishwe muri Isirayeli uyu musi. Erega ndazi neza ko ndi umwami wa Isirayeli.»