2 Samweli 19:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 Abo mu muryango wa dawe bose wari kubacira urwo gupfa mwami wanje, mugabo jewe umusuku wawe wanshize mu bafungurira ku meza yawe+. Hari ikirenze ivyo nokwubahuka gusaba umwami?»
28 Abo mu muryango wa dawe bose wari kubacira urwo gupfa mwami wanje, mugabo jewe umusuku wawe wanshize mu bafungurira ku meza yawe+. Hari ikirenze ivyo nokwubahuka gusaba umwami?»