2 Samweli 19:37 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 37 Ndagusavye databuja ureke nsubire inyuma, nje gupfira mu gisagara iwacu hafi y’aho data na mama bahambwe+. Mugabo uyu musuku wawe Kimuhamu+ murashobora kujabukana mwami. Uze umukorere ico ubona ko kibereye.» 2 Samweli Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 19:37 Umunara w’Inderetsi,15/7/2007, rup. 14-15
37 Ndagusavye databuja ureke nsubire inyuma, nje gupfira mu gisagara iwacu hafi y’aho data na mama bahambwe+. Mugabo uyu musuku wawe Kimuhamu+ murashobora kujabukana mwami. Uze umukorere ico ubona ko kibereye.»