2 Samweli 19:40 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 40 Maze umwami arajabuka aja i Gilugali+. Yari kumwe na Kimuhamu hamwe n’abo mu muryango wa Yuda bose, n’ica kabiri c’abandi Bisirayeli bajabukanye na we+.
40 Maze umwami arajabuka aja i Gilugali+. Yari kumwe na Kimuhamu hamwe n’abo mu muryango wa Yuda bose, n’ica kabiri c’abandi Bisirayeli bajabukanye na we+.