-
2 Samweli 19:43Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
43 Ariko abo mu yindi miryango ya Isirayeli bishura abo mu muryango wa Yuda bati: «Turi imiryango cumi. Umwami Dawidi ni twebwe rero tumufiseko uburenganzira kubarusha. Kubera iki none mwatugaye? Si twebwe none twari kugarukana umwami wacu mu ba mbere?» Mugabo abo mu muryango wa Yuda batsinda* abo Bisirayeli bandi muri izo mpari.
-