2 Samweli 20:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Abisirayeli bose baca bata Dawidi bakurikira Sheba mwene Bikiri+. Mugabo abo mu muryango wa Yuda bumira ku mwami wabo, baramuherekeza kuva kuri Yorodani gushika i Yeruzalemu+.
2 Abisirayeli bose baca bata Dawidi bakurikira Sheba mwene Bikiri+. Mugabo abo mu muryango wa Yuda bumira ku mwami wabo, baramuherekeza kuva kuri Yorodani gushika i Yeruzalemu+.