2 Samweli 20:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Maze umwami abwira Amasa+ ati: «Tumako abagabo bo mu muryango wa Yuda, mu misi itatu bazobe bakoraniye hano. Na wewe ukwiye kuba ari ho uri.»
4 Maze umwami abwira Amasa+ ati: «Tumako abagabo bo mu muryango wa Yuda, mu misi itatu bazobe bakoraniye hano. Na wewe ukwiye kuba ari ho uri.»