ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 20:15
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 Yowabu n’ingabo ziwe bashika i Abeli-Beti-Mayaka, barahugariza kugira bafate Sheba. Kubera ko uruzitiro rw’ico gisagara rwari rukikujwe n’ikirundo c’ibivu kimeze nk’uruhome, baciye barunda hafi yaco ibivu buririrako kugira bagitere. Ingabo za Yowabu zose zica zitangura kwimba uruzitiro kugira zirusenyurire hasi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika