-
2 Samweli 20:17Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
17 Yowabu aregera, nya mugore abaza ati: «Ni wewe Yowabu?» Na we ati: «Ni jewe.» Nya mugore aca amubwira ati: «Ndagusavye unyumvirize jewe umusuku wawe.» Yowabu na we ati: «Ndaguteze yompi.»
-