2 Samweli 20:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Jewe nserukira abantu b’abanyamahoro kandi b’abizigirwa bo muri Isirayeli. Uriko urondera guhonya igisagara kimeze nk’umuvyeyi muri Isirayeli. Kubera iki ushaka kuzimanganya* intoranwa twahawe na Yehova+?»
19 Jewe nserukira abantu b’abanyamahoro kandi b’abizigirwa bo muri Isirayeli. Uriko urondera guhonya igisagara kimeze nk’umuvyeyi muri Isirayeli. Kubera iki ushaka kuzimanganya* intoranwa twahawe na Yehova+?»