2 Samweli 21:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Dawidi abwira Abanyagibeyoni ati: «Ndabakorere iki? Notanga indishi nyabaki kugira ngo ico caha kituveko, mubone gusabira umuhezagiro abantu* ba Yehova?»
3 Dawidi abwira Abanyagibeyoni ati: «Ndabakorere iki? Notanga indishi nyabaki kugira ngo ico caha kituveko, mubone gusabira umuhezagiro abantu* ba Yehova?»