2 Samweli 21:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Abanyagibeyoni bamwishura bati: «Ifeza canke inzahabu+ si vyo vyokuraho ikibi Sawuli n’umuryango wiwe badukoreye, kandi nta n’umwe twemerewe kwica muri Isirayeli.» Dawidi aca avuga ati: «Nimumbwire rero ico mushaka cose, ndakibakorera.»
4 Abanyagibeyoni bamwishura bati: «Ifeza canke inzahabu+ si vyo vyokuraho ikibi Sawuli n’umuryango wiwe badukoreye, kandi nta n’umwe twemerewe kwica muri Isirayeli.» Dawidi aca avuga ati: «Nimumbwire rero ico mushaka cose, ndakibakorera.»