2 Samweli 21:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 nimuduhe abagabo indwi mu bamukomokako. Tuzobica maze tubamanike*+ imbere ya Yehova i Gibeya+, igisagara Sawuli umwami yatowe na Yehova yabamwo*+.» Nuko umwami abishura ati: «Ndemeye kubatanga.»
6 nimuduhe abagabo indwi mu bamukomokako. Tuzobica maze tubamanike*+ imbere ya Yehova i Gibeya+, igisagara Sawuli umwami yatowe na Yehova yabamwo*+.» Nuko umwami abishura ati: «Ndemeye kubatanga.»