2 Samweli 21:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Umwami aca afata rero abahungu babiri umukobwa wa Aya yitwa Rizipa+ yavyaranye na Sawuli. Bitwa Arumoni na Mefibosheti. Afata n’abahungu batanu Mikali*+ umukobwa wa Sawuli yavyaranye na Adiriyeli+ mwene Baruzilayi w’i Mehola*. 2 Samweli Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 21:8 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),3/2022, rup. 13 Umunara w’Inderetsi,15/5/2005, rup. 19
8 Umwami aca afata rero abahungu babiri umukobwa wa Aya yitwa Rizipa+ yavyaranye na Sawuli. Bitwa Arumoni na Mefibosheti. Afata n’abahungu batanu Mikali*+ umukobwa wa Sawuli yavyaranye na Adiriyeli+ mwene Baruzilayi w’i Mehola*.