2 Samweli 21:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Dawidi azana rero amagufa ya Sawuli n’ay’umuhungu wiwe Yonatani ayakuye aho i Yabeshi-Gileyadi. Begeranya n’amagufa ya ba bandi bari bishwe bakamanikwa*+.
13 Dawidi azana rero amagufa ya Sawuli n’ay’umuhungu wiwe Yonatani ayakuye aho i Yabeshi-Gileyadi. Begeranya n’amagufa ya ba bandi bari bishwe bakamanikwa*+.