14 Maze amagufa ya Sawuli n’ay’umuhungu wiwe Yonatani bayahamba i Zela+ mu karere k’Ababenyamini, aho se wiwe Kishi+ yahambwe. Bamaze gukora ivyo umwami yari yabategetse vyose, Imana iraheza yumviriza amasengesho y’ukwinginga bayitura basabira igihugu+.