2 Samweli 21:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Hongera kwaduka intambara hagati y’Abafilisitiya n’Abisirayeli+. Nuko Dawidi n’ingabo ziwe baja kurwana na bo, mugabo Dawidi araruha. 2 Samweli Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 21:15 Umunara w’Inderetsi,15/1/2013, rup. 30-31
15 Hongera kwaduka intambara hagati y’Abafilisitiya n’Abisirayeli+. Nuko Dawidi n’ingabo ziwe baja kurwana na bo, mugabo Dawidi araruha.