2 Samweli 23:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Ibi ni vyo Dawidi yavuze ubwa nyuma+: «Ijambo rya Dawidi mwene Yese+,ijambo ry’uwo Imana yashize hejuru+,uwo Imana ya Yakobo yarobanuje amavuta*+,umwe aririmba neza indirimbo*+ zo muri Isirayeli.
23 Ibi ni vyo Dawidi yavuze ubwa nyuma+: «Ijambo rya Dawidi mwene Yese+,ijambo ry’uwo Imana yashize hejuru+,uwo Imana ya Yakobo yarobanuje amavuta*+,umwe aririmba neza indirimbo*+ zo muri Isirayeli.