2 Samweli 23:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Ukwo ni ko umuryango wanje umeze imbere y’Imana, kuko yagiranye nanje isezerano ryamaho+,isezerano ritunganije neza mu kantu kose kandi ryo kwizigirwa. Ni ryo nkesha ubukiriro bwanje bwose n’agahimbare kanje kose.Ni co gituma ituma rirama+.
5 Ukwo ni ko umuryango wanje umeze imbere y’Imana, kuko yagiranye nanje isezerano ryamaho+,isezerano ritunganije neza mu kantu kose kandi ryo kwizigirwa. Ni ryo nkesha ubukiriro bwanje bwose n’agahimbare kanje kose.Ni co gituma ituma rirama+.