2 Samweli 23:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Ba bagabo batatu b’intwari baca binjira ku nguvu mw’ikambi y’Abafilisitiya. Bavoma amazi muri iryo tangi ryari hafi y’irembo ry’i Betelehemu maze bayazanira Dawidi. Mugabo yanka kuyanywa, ayasuka imbere ya Yehova+. 2 Samweli Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 23:16 Nugume mu rukundo rw’Imana, rup. 91 “Urukundo rw’Imana,” rup. 76-77
16 Ba bagabo batatu b’intwari baca binjira ku nguvu mw’ikambi y’Abafilisitiya. Bavoma amazi muri iryo tangi ryari hafi y’irembo ry’i Betelehemu maze bayazanira Dawidi. Mugabo yanka kuyanywa, ayasuka imbere ya Yehova+.