-
2 Samweli 23:21Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
21 Yarishe n’umugabo w’Umunyamisiri afise igihagararo c’akataraboneka. Naho nya Munyamisiri yari afise icumu, Benaya yagiye kurwana na we yitwaje inkoni, aca amwaka nya cumu riba ari ryo amwicisha.
-