1 Abami 1:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Genda urabe umwami Dawidi, umubwire uti: “Mwami wanje, databuja, ni wewe ubwawe wandahiye yuko umuhungu wanje Salomo ari we azoganza mu kibanza cawe, akicara ku ntebe yawe y’ubwami+. Kubera iki none Adoniya ari we yabaye umwami?”
13 Genda urabe umwami Dawidi, umubwire uti: “Mwami wanje, databuja, ni wewe ubwawe wandahiye yuko umuhungu wanje Salomo ari we azoganza mu kibanza cawe, akicara ku ntebe yawe y’ubwami+. Kubera iki none Adoniya ari we yabaye umwami?”