1 Abami 3:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Salomo yunga ubucuti na Farawo umwami wa Misiri mu kwabira* umukobwa wiwe+. Araheza amuzana mu gisagara ca Dawidi+ gushika arangije kwubaka inzu yiwe+ n’inzu ya Yehova+ n’uruzitiro rwa Yeruzalemu+. 1 Abami Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 3:1 Umunara w’Inderetsi,15/12/2011, rup. 10
3 Salomo yunga ubucuti na Farawo umwami wa Misiri mu kwabira* umukobwa wiwe+. Araheza amuzana mu gisagara ca Dawidi+ gushika arangije kwubaka inzu yiwe+ n’inzu ya Yehova+ n’uruzitiro rwa Yeruzalemu+.