1 Abami 3:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Ariko abantu bari bagishikana ibimazi mu bibanza basengeramwo*+, kuko ico gihe inzu yitirirwa izina rya Yehova itari bwubakwe+.
2 Ariko abantu bari bagishikana ibimazi mu bibanza basengeramwo*+, kuko ico gihe inzu yitirirwa izina rya Yehova itari bwubakwe+.