1 Abami 3:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Ndagusavye rero umpe umutima ugamburuka kugira ngo nshobore gucira imanza abantu bawe+, ngo menye gutandukanya ikibi n’iciza+. Ahandiho sinoshobora gucira imanza iri sinzi ry’abantu* bawe.» 1 Abami Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 3:9 Umunara w’Inderetsi,15/6/2007, rup. 27
9 Ndagusavye rero umpe umutima ugamburuka kugira ngo nshobore gucira imanza abantu bawe+, ngo menye gutandukanya ikibi n’iciza+. Ahandiho sinoshobora gucira imanza iri sinzi ry’abantu* bawe.»