1 Abami 3:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Salomo yikanguye, asanga yariko ararota. Aca aja i Yeruzalemu, ahagarara imbere y’isandugu y’isezerano rya Yehova, ashikana ibimazi biturirwa n’amashikanwa yo gusangira+. Araheza atereka inzimano abasuku biwe bose.
15 Salomo yikanguye, asanga yariko ararota. Aca aja i Yeruzalemu, ahagarara imbere y’isandugu y’isezerano rya Yehova, ashikana ibimazi biturirwa n’amashikanwa yo gusangira+. Araheza atereka inzimano abasuku biwe bose.