-
1 Abami 3:20Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
20 Aca ahengera mu gicugu, aza aho ndyamye jewe umusukukazi wawe, atora umwana wanje. Hanyuma afata umwana wiwe yapfuye amuryamika mu gikiriza canje, uwanje na we amuryamika mu gikiriza ciwe.
-