-
1 Abami 3:22Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
22 Mugabo uwundi mugore avuga ati: «Oya, umwana wanje ni uyu akiriho, uwawe ni urya yapfuye.» Mugabo umwe wundi yaguma avuga ati: «Oya, uwawe ni urya yapfuye, uwanje ni uyu akiriho.» Ukwo ni ko baguma baharira imbere y’umwami.
-