-
1 Abami 3:23Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
23 Vyakabaye kera, umwami avuga ati: «Umwe avuga ngo “uyu akiriho ni rwanje, rwawe ni urya yapfuye.” Uwundi ngo “oya, uwapfuye ni rwawe, rwanje ni uyu akiriho.”»
-