-
1 Abami 3:26Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
26 Nyina w’uyo mwana akiriho aca aterwa ikigumbagumba n’umwana wiwe, maze atakambira umwami ati: «Ndakwinginze databuja umuhe uwo mwana. Ni ukuri ntimumwice.» Wa mugore wundi na we akaguma avuga ngo: «Nibamucemwo kubiri, tumubure twese.»
-