1 Abami 4:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Geberi mwene Uri yatwara akarere ka Gileyadi+ kahoze gatwarwa na Sihoni+ umwami w’Abamori na Ogi+ umwami w’i Bashani. Hariho n’umutware ahagarikiye abo batware bose bo mu gihugu.
19 Geberi mwene Uri yatwara akarere ka Gileyadi+ kahoze gatwarwa na Sihoni+ umwami w’Abamori na Ogi+ umwami w’i Bashani. Hariho n’umutware ahagarikiye abo batware bose bo mu gihugu.