1 Abami 4:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Salomo yaganza ubwami bwose bwari mu karere kava kuri rwa ruzi runini*+, kagaca mu gihugu c’Abafilisitiya, kagashika ku rubibe rwa Misiri. Mu kiringo cose yamaze akiriho, abo muri ubwo bwami baramuzanira ikori* kandi bakamuyoboka+. 1 Abami Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 4:21 ‘Igihugu ciza’, rup. 16
21 Salomo yaganza ubwami bwose bwari mu karere kava kuri rwa ruzi runini*+, kagaca mu gihugu c’Abafilisitiya, kagashika ku rubibe rwa Misiri. Mu kiringo cose yamaze akiriho, abo muri ubwo bwami baramuzanira ikori* kandi bakamuyoboka+.