1 Abami 4:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Yaganza vyose mu karere kari hakuno ya rwa ruzi runini*+, kuva i Tifusa gushika i Gaza+, akaganza n’abami bose bo hakuno yarwo. Kandi mu gihugu cose no ku mbibe zaco zose harangwa amahoro+.
24 Yaganza vyose mu karere kari hakuno ya rwa ruzi runini*+, kuva i Tifusa gushika i Gaza+, akaganza n’abami bose bo hakuno yarwo. Kandi mu gihugu cose no ku mbibe zaco zose harangwa amahoro+.