1 Abami 4:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Ba batware bararonsa ibifungurwa umwami Salomo n’abafungurira ku meza yiwe bose. Umwe wese yari afise ukwezi yahawe kwo gukora ico gikorwa kandi akaraba ko ata na kimwe kibuze+.
27 Ba batware bararonsa ibifungurwa umwami Salomo n’abafungurira ku meza yiwe bose. Umwe wese yari afise ukwezi yahawe kwo gukora ico gikorwa kandi akaraba ko ata na kimwe kibuze+.