1 Abami 4:31 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 31 Yari afise ubukerebutsi kuruta uwundi muntu uwo ari we wese, kuruta na Etani+ mwene Zera hamwe na Hemani+, Kalikoli+ na Darida bene Maholi. Yaramenyekanye cane mu mahanga yose yari abakikuje+.
31 Yari afise ubukerebutsi kuruta uwundi muntu uwo ari we wese, kuruta na Etani+ mwene Zera hamwe na Hemani+, Kalikoli+ na Darida bene Maholi. Yaramenyekanye cane mu mahanga yose yari abakikuje+.