1 Abami 5:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Yehova na we aha Salomo ubukerebutsi nk’uko nyene yari yarabimusezeraniye+. Hagati ya Hiramu na Salomo hari amahoro kandi baragiranye amasezerano.
12 Yehova na we aha Salomo ubukerebutsi nk’uko nyene yari yarabimusezeraniye+. Hagati ya Hiramu na Salomo hari amahoro kandi baragiranye amasezerano.