1 Abami 6:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Vyongeye, mu mbavu z’iyo nzu ahubaka inyubakwa ifatanye n’uruhome rwa nya nzu. Iyo nyubakwa yari ikikuje impome z’iyo nzu igizwe n’Aheranda* be n’Aheranda cane*+. Iyo nyubakwa yo mu mbavu Salomo ayicamwo ivyumba+.
5 Vyongeye, mu mbavu z’iyo nzu ahubaka inyubakwa ifatanye n’uruhome rwa nya nzu. Iyo nyubakwa yari ikikuje impome z’iyo nzu igizwe n’Aheranda* be n’Aheranda cane*+. Iyo nyubakwa yo mu mbavu Salomo ayicamwo ivyumba+.