1 Abami 6:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Hose muri nya nzu ahahomeka inzahabu, ntihagira na hamwe hasigara. N’igicaniro cari hafi y’ico cumba c’ahiherereye, cose agihomekako inzahabu+.
22 Hose muri nya nzu ahahomeka inzahabu, ntihagira na hamwe hasigara. N’igicaniro cari hafi y’ico cumba c’ahiherereye, cose agihomekako inzahabu+.