1 Abami 6:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Maze Salomo ashira nya bakerubi+ muri ca cumba c’indani*. Amababa yabo yari ashanje ku buryo ibaba ry’umwe ryakora ku ruhome rumwe, iry’uwundi rigakora ku rundi ruhome. Ayandi mababa yabo yahurira hagati muri ico cumba, agakoranako.
27 Maze Salomo ashira nya bakerubi+ muri ca cumba c’indani*. Amababa yabo yari ashanje ku buryo ibaba ry’umwe ryakora ku ruhome rumwe, iry’uwundi rigakora ku rundi ruhome. Ayandi mababa yabo yahurira hagati muri ico cumba, agakoranako.