1 Abami 6:38 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 38 Bayirangije mu mwaka ugira 11 mu kwezi kw’umunani kwitwa Buli*. Ico gihe ni ho basozera utuntu twose tujanye n’iyo nzu hisunzwe umugero wayo+. Salomo yamaze rero imyaka indwi ayubaka.
38 Bayirangije mu mwaka ugira 11 mu kwezi kw’umunani kwitwa Buli*. Ico gihe ni ho basozera utuntu twose tujanye n’iyo nzu hisunzwe umugero wayo+. Salomo yamaze rero imyaka indwi ayubaka.