1 Abami 7:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Ashongesha ubutare bw’umujumpu, akora inkingi zibiri+. Inkingi imwe yose yareha n’intambwe 18, kandi kugira uyikikuze vyasaba umugozi w’intambwe 12*+.
15 Ashongesha ubutare bw’umujumpu, akora inkingi zibiri+. Inkingi imwe yose yareha n’intambwe 18, kandi kugira uyikikuze vyasaba umugozi w’intambwe 12*+.