1 Abami 7:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Ico gitangi cari gihagaze ku mpfizi 12+. Zitatu zaraba mu buraruko, zitatu zikaraba mu burengero, zitatu mu bumanuko, zindi zitatu mu buseruko. Izo mpfizi zarahana imigongo, ico gitangi na co kikaba hejuru yazo.
25 Ico gitangi cari gihagaze ku mpfizi 12+. Zitatu zaraba mu buraruko, zitatu zikaraba mu burengero, zitatu mu bumanuko, zindi zitatu mu buseruko. Izo mpfizi zarahana imigongo, ico gitangi na co kikaba hejuru yazo.