-
1 Abami 7:31Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
31 Umunwa w’ico kibesani wari ukikujwe n’ikintu kimeze nk’urugori. Kuva hasi muri ico kibesani gushika ku mubari w’epfo w’urwo rugori hareha n’intambwe imwe. Urwo rugori n’ivyo bishigikizo vyari bifise amahagarara y’intambwe imwe n’inusu. Urwo rugori rwari rufise umunwa w’umuzingi kandi rwari rusaruweko udusharizo. Ariko ku mpande zarwo ntihari hameze nk’umuzingi, hari hameze nk’udutafari.
-