1 Abami 7:38 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 38 Akora ibibesani cumi vy’umujumpu+, kimwe cose kikaba cajamwo amazi angana n’ingero 40 zitwa bati*. Ikibesani kimwe cose cangana n’intambwe zine*. Imwimwe yose muri ya mashareti cumi yariko ikibesani kimwe.
38 Akora ibibesani cumi vy’umujumpu+, kimwe cose kikaba cajamwo amazi angana n’ingero 40 zitwa bati*. Ikibesani kimwe cose cangana n’intambwe zine*. Imwimwe yose muri ya mashareti cumi yariko ikibesani kimwe.