1 Abami 7:40 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 40 Hiramu+ akora n’amabesani, ibipawa+ n’amabakure+. Nuko arangiza ibintu vyose umwami Salomo yamusavye gukora bijanye n’inzu ya Yehova+. Ni vyo vy’ibi:
40 Hiramu+ akora n’amabesani, ibipawa+ n’amabakure+. Nuko arangiza ibintu vyose umwami Salomo yamusavye gukora bijanye n’inzu ya Yehova+. Ni vyo vy’ibi: