-
1 Abami 7:45Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
45 twa tudobo, vya bipawa, ya mabakure n’ibindi bikoresho vyose Hiramu yakoreye umwami Salomo ku bw’inzu ya Yehova. Yabikoze mu mujumpu usenye.
-