50 Akora n’amabesani, udukasi+, amabakure, ibikombe+, udupanu tujamwo umuriro+, vyose abikora mu nzahabu itavanze. Akora n’utunogo imiryango y’icumba c’indani+ izungurukirako. Ico cumba ni Aheranda cane. Akora n’utw’imiryango y’Aheranda+. Twose yadukoze mu nzahabu.