1 Abami 8:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Avuga ati: «Ewe Yehova Mana ya Isirayeli, nta Mana iriho imeze nkawe+ hejuru mw’ijuru canke hasi kw’isi. Urashitsa ivyo wasezeranye kandi ukereka urukundo rudahera*+ abasavyi bawe bagukorera* n’umutima wabo wose+.
23 Avuga ati: «Ewe Yehova Mana ya Isirayeli, nta Mana iriho imeze nkawe+ hejuru mw’ijuru canke hasi kw’isi. Urashitsa ivyo wasezeranye kandi ukereka urukundo rudahera*+ abasavyi bawe bagukorera* n’umutima wabo wose+.