1 Abami 8:46 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 46 Abantu bawe nibagucumurako (kuko ata muntu adacumura+), hari aho wobashavurira cane maze ukareka abansi babo bakabatsinda, bakabatwara ari imbohe mu gihugu cabo, caba kiri kure canke hafi+.
46 Abantu bawe nibagucumurako (kuko ata muntu adacumura+), hari aho wobashavurira cane maze ukareka abansi babo bakabatsinda, bakabatwara ari imbohe mu gihugu cabo, caba kiri kure canke hafi+.